Kumwe na Bikira Mariya Umugabekazi w’isi, tumenyeshe Inkuru Nziza ikiremwa cose

Posted on

Inyigisho yo kuwa 31 Myandagaro 2020 mu gisabisho co kuninahaza Imana/Diomède Mujojoma, Berger du RCC Mont Sion Gikungu.

DSCN8451« Umutima wanje uraninahaza Imana, umushaha wanje wahimbawe n’Imana yo Mukiza wanje » Lc 2, 47- 2, 39 – 56

Ni ivy’ukuri nanje, ndatamba ngatarika uyu musi. Nuzuye akanyamuneza kuko Rugira vyose yangiriye ibitangaro mu kunzigama, akanzigamira ubuzima, akanzigamira abanje n’ivyanje muri uku kwezi kwose, none kuri uyu musi igenekerezo rya 31 Myandagaro, ndiko ndagusozera ! Kumwe na Bikira Mariya, ndiko ndigina ivyo vyiza. Muvukanyi, none weho siko vyagenze ? Mfasha rero dutambe dutarike mu Mukama, tumukengurukire, tuninahaze izina ryiwe ryeranda ! « Nkako Rugira vyose yangiriye ibitangaza, nkako Rugira vyose yatugiriye ibitangaza, izina ryiwe ni ryeranda ! » (Lc 2, 49) Read the rest of this entry »

« CASH FOR WORK & ENTREPRENEURSHIP FOR YOUTH HOPE REVIVAL IN BURUNDI » Project

Posted on

AYEIB1

African Youth Employment Initiatives, AYEI-Burundi, a youth led organization for the youth, founded in 2016 by a group of African Young People from various african countries, and now represented in more than 10 african countries, including Burundi, with Head Quarters in Ghana, is on action. Read the rest of this entry »

Ouverture d’une décennie jubilaire, le jubilé d’or à la lumière de Saint Diomède de Tarse

Posted on

Saint Diomede

Saint Martyr Diomède le Physicien
Le Martyr Diomède est né à Tarse de Cilicie. Il était un médecin et un Chrétien, et il traitait non seulement les maux du corps mais aussi de l’âme. Il a éclairé de nombreux païens avec la croyance en Jésus-Christ, et les a baptisé. L’Eglise le vénère comme un guérisseur et lui parle pendant le Mystère de la Sainte Onction.

St Diomède a beaucoup voyagé, convertir les gens à la vraie Foi. Quand il est arrivé dans la ville de Nicée, l’Empereur Dioclétien (284-305) a envoyé des soldats pour l’arrêter. Sur le chemin de Nicée à Nicomédie, il descendit de la charrette pour prier, et il mourut. Read the rest of this entry »

Délivre mon peuple Seigneur !

Posted on

47b6afed-4d16-48c5-88a9-98f1cc632a1d

Chers frères et soeurs, prions ensemble pour que le Seigneur délivre notre peuple. Une prière communautaire, faite par des coeur humble et contris, Dieu y prête attention. Unissions donc nos voies ainsi:

Père, Délivre mon peuple

Seigneur, mon Sauveur et mon Dieu

Toi qui a délivré Israël des griffes du Pharaon

Toi qui a courbé Goliath devant David

Toi, le Puissant Compagnon et Protecteur des Israélites

Toi qui a vaincu la mort ; Read the rest of this entry »

Publications

Posted on Updated on

img-20170101-wa0070

Son of Isaac Mujojoma and Second Congera, I was born on Kavumu hill Minyare area and Cankuzo Province, August 16, 1980. I am the eldest of seven children, four boys and three girls.

Since 2005, after my secondary education at Junior Seminary of Dutwe (Ruyigi), I got installed in the capital of Bujumbura. There, I joined the Burundi Writers’ Association and wrote my first book, “Salvator” finally published in December 2009 in Publibook editions, which gave me chance to participate in the International Book Fair in Paris, France, in March 2010. I was still a student at the University of Burundi. I have recently participated, as a Burundian writer, to the Regional Panafricanism Movement in Kenya, August 2015, and in the International Book fair and Publishers, in Casablanca, Morocco, February 2017. Read the rest of this entry »

« Ariko wewe, impembo nzoguha, ni ubuzima mu bibanza vyose uzojamwo » (Jérémie 45, 5)

Posted on

INYIGISHO KUWA MBERE IGENEKEREZO RYA 23 NTWARANTE 2020

img-20170101-wa0070

« Ariko wewe, impembo nzoguha, ni ubuzima mu bibanza vyose uzojamwo » (Yeremiya 45, 5)

Ijambo ry’Imana : Yeremiya 45.

Gihugu ceranda c’Imana, ni mugire amahoro ! Uyu musi Imana iratugendeye, nk’uko yama itugendera, nk’uko yabikora kuva na kera na rindi ; Imana yacu yaje ngo ituremeshe mu bihe bitoroshe turimwo. Ijambo ry’umutwe w’iki gisomwa, iki kigabane ca 45 c’igitabu ca Yeremiya kigizwe n’imirongo itarenga 5, rivuga riti : « Umukama aremesha Baruki ». Uyu musi Baruki ni wewe muvukanyi, uyu musi Baruki ni jewe. Ni mureme rero, ni tureme rero, Imana iri kumwe natwe. Yezu we nyene yaravyivugiye ati : « Nanje ndi kumwe namwe gushika ku muhero w’isi » (Mt 28,20) ! Read the rest of this entry »

“Nimutangure rero kurondera Ubwami bw’Imana n’ubutungane bwayo, ibindi izoheza ibibagerekereko” (Matayo 6, 33)

Posted on

INYIGISHO YO KU WA MBERE IGENEKEREZO RYA 13 NZERO 2020

img-20170101-wa0070Thème: “Nimutangure rero kurondera Ubwami bw’Imana n’ubutungane bwayo, ibindi izoheza ibibagerekereko” (Mtt 6, 33)

Bavukanyi nkunda cane, ni musagwe n’imigisha n’imihezagiro, amahoro n’akanyamuneza vya Kristu Mwami wacu! Umwaka mushasha mwiza! Uyu mwaka w’2020 uze ubabere umwaka ubarutira iyindi yose mwabayemwo, umwaka wo kumenya akaranga kanyu no kukagendera, umwaka wo kwiyegereza Imana kuruta, mu kurangura ubutumwa yabashinze, aho muri, muvyo mubayemwo no mubo mubana. Read the rest of this entry »

Meilleurs voeux

Posted on

Chères lectrices, chers lecteurs;
Chers frères et soeurs;
Il n’est jamais tard à celui qui a la bonne volonté de vous faire un cou cou!
Recevez donc les meilleurs voeux de ma chère famille qui vous aime tant;
Puisse cette année 2020 soit pour vous pleine de grâces et de succès dans toutes vos entreprises; Read the rest of this entry »

Une anthologie de poésie de l’Afrique Centrale

Posted on

Chers frères et soeurs, écrivains Burundais,
Je vous annonce un projet de production d’une anthologie de poésie de l’Afrique Centrale. Chaque pays est invités à sélectionner 5 auteurs et 3 poèmes pour chacun, avec une courte biographie. Ces poèmes doivent être déjà publiés dans un recueil ou dans une oeuvre déjà publié. Ceux qui sont intéressés peuvent m’envoyer leurs textes sur mon adresse mail: diomedemujojoma@gmail.com.
L’Association des Ecrivains Burundais va mettre en place un comité de sélection de vos beaux poèmes que nous allons envoyer au comité régional pour cette anthologie pour compilation, édition et publication. J’attends vos textes et biographies jusque lundi le 24/12/2018.
Ne ratez pas cette occasion!
Diomède Mujojoma

Le 21 septembre, Journée Internationale de la Paix!

Posted on

images
Bonjour mes frères et soeurs!
Je vous souhaite toutes et tous bonne célébration de la Journée Internationale de la Paix, en ce 21 septembre 2018.
La paix est ce que chacun de nous cherche inlassablement. Nous sommes tous en tension pour conquérir ce perle inégalable, la paix!

Read the rest of this entry »